Amakuru yo kuri uyu wa 26 Ndamukiza 2022:*Umukuru w'igihugu si irya mbere agabisha ekleziya gatorika



Akirongoye umugambwe CNDD-FDD yayagirije kuryanisha abarundi * Indyane zandurutse ku kiringo ca gatatu c’umuhisi …

source

Similar Posts

10 Comments

  1. Stade prince Louis rwagasore fifa nicemera gikwiye kobacubaka kandi kibe ciza kinini fifa icemere bagure amatara i match ntomwijoro zikaba na camera yerekana umupira muburundi irakenewe vyofasha cane abakinyi bacu ba premiere division amahanga yose akabona ingene bakina bakabagura ariko ubu kubagura biragoye cane kubera ntibabona ingene bakina

  2. Nfise umugenzi wanje ari muri arabie saoudite yambwiye ngo ubuzima abayeho muri arabie saoudite nibubi iyaba afise amahera yoca ataha ubunyene kuko ararushe cane leta yuburundi yibuke ko arabarundi nkabo ara bene wabo amagara asumba amajana kandi turunva ko babafata nabi kandi nimba jewe nkora ama tukagabura na leta hagati kumushahara na koreye birababaje cane leta nirabe cogukora apana kurungika bene wacu mungorane bofuma baguma muburundi i wabo dukundana abarundi

  3. Ubukene mugihugu buzogumaho sentare yuburundi idakoze mukuri kugira ngo abagwiza tunga baze muburundi bakore imigambi yabo abantu baronka ubuzi igihugu gitere imbere

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *